Skip to main content

Umutekano w’Urukiko

Inkiko zimwe na zimwe zizoba zifise isuzuma ry’umutekano. Nimba Urukiko rufise umutekano, buri muntu  yitaba Urukiko agomba gucamwo.

Ibi ni kubera umutekano wa buri muntu mu nyubakwa y’Urukiko. Ibi bisigura yuko uzoshira bimwe mu bintu vyawe, nka ibikapo, mu mashini.

Uzokenera kutambuka muri mashini itahura ichuma.

Rimwe na rimwe, urashobora gukenera ko usikanwa n’igikoresho gifatwa mu ntoki n’umurinzi w’umutekano.

Iyo babonye ikintu kitemewe mu nyubakwa y’Urukiko ku mubiri wawe, barashobora kugifata, bivanye n’ico kintu.