Skip to main content

Abana

Ushobora kuzana abana igihe uza mu Rukiko nimba udashobora gutegekanya ubundi buryo bwo kubarera. Abana baremerewe kuza mu cumba c’urukiko. Mugabo ibuka yuko rimwe na rimwe ibivugirwa mu Rukiko bishobora kuba ido n’ido canke bishavuza. Kandi, Urukiko rushobora kuba rufise ibikorwa vyinshi kandi rurimwo abantu benshi. Hashobora kuba hari kurindira ibihe birebire. N’igihe Urukiko ruba rurimwo abantu benshi, biracari ngombwa yuko abantu mu cumba c’urukiko baguma bacecetse mugihe barindiriye.