Uhawe ikaze mu Rukiko rwa Majistrat rwa Queensland Magistrates Court of Queensland
Uru rubuga rwategekanijwe kugira rugufashe kumva ingene Urukiko rwa Majistrat rwa Queensland (Magistrates Court of Queensland) rukora no gusubiza ibibazo bimwe na bimwe bikunze kubazwa.
Urashobora guhitamwo umutwe w’ijambo ushaka kumenya vyinshiko ukawufyondako.
Iyi nkuru ntabwo itegekanijwe kuba impanuro ijanye n’ivyamategeko.